Heavenly Melodies Africa - Ntawundi (Bonus Track)

Bantu mwese bo mwisi
Muze dushime Uhoraho
Tumuririmbire twese
N'impundu z'umunezero

Kubw'ivyo yakoze
N'ivyatarakora
Tudugije ishimwe

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza

Ni Wewe uzi ibinanije
Niwuzi ibibazo mfise
Kandi muntenge nke zanje
Yesu ni Wewe nje ngana

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza

Niwe wivugiye
Ngo abarushe bose
N'abaremerewe
Ni muze kuri Je
Ndabaruhura
None Mwami ndaje

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza

Written by:
Fabrice Nzeyimana

Publisher:
Lyrics © O/B/O DistroKid

Lyrics powered by Lyric Find

Heavenly Melodies Africa

View Profile