Heavenly Melodies Africa - Manitse Amaboko

Manitse amaboko yanje

Manitse amaboko yanje
N'ibiganza vyera
Nshimagiza Umwami Yesu
Mu ndimi z'ibihugu vyose
Yesu Shimwa

Ndi icaremwe gishasha
Ivya kera vyararangiye
Naratsindanishirijwe
Ndi Umwana w'Imana

Ubu ndi muzima
Nabambanywe na Kristo
Ariko sije indiho
Ubu ndi muzima
Nabambanywe na Kristo
Ariko sije indiho
Ni Kristo muri je

Manitse amaboko yanje
N'ibiganza vyera
Nshimagiza Umwami Yesu
Mu ndimi z'ibihugu vyose
Yesu Shimwa

Ndi icaremwe gishasha
Ivya kera vyararangiye
Naratsindanishirijwe
Ndi Umwana w'Imana

Ubu ndi muzima
Nabambanywe na Kristo
Ariko sije indiho
Ubu ndi muzima
Nabambanywe na Kristo
Ariko sije indiho
Ni Kristo muri je

Manitse amaboko yanje
N'ibiganza vyera
Nshimagiza Umwami Yesu
Mu ndimi z'ibihugu vyose
Yesu Shimwa

Yesu ni muzima
Niyo mpamvu ndamushima
Icaha caneshejwe
n'ububasha bw'urukundo

Manitse amaboko yanje
N'ibiganza vyera
Nshimagiza Umwami Yesu
Mu ndimi z'ibihugu vyose
Yesu Shimwa

Written by:
Fabrice Nzeyimana

Publisher:
Lyrics © O/B/O DistroKid

Lyrics powered by Lyric Find

Heavenly Melodies Africa

View Profile